burundiancommunity Alberta
Sudden Death of Burundi President.

Kominote y- Abarundi baba muri Alberta - Canada (BCCA) turababajwe cane n-urupfu giturumbuka rw- Umukuru w-Igihugu cu Burundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza rwabaye kuwa mbere igerenekerezo 08 Ruheshi umwaka 2020.
Tukaba twifatanije umubabaro n-umuryango w-Umuhisi, Leta y-Uburundi, hamwe n-Abarundi bose.
communique_de_ce_s_pn_-_kr
.pdf
Download PDF • 673KB
Burundian Community of Canada Alberta Bureau (BCCA) is very saddened by the sudden death of the President of Burundi HE Peter Nkurunziza on June 08,2020.
Our deepest condolences to his family, the Government of Burundi, and the people of Burundi in whole.
http://www.burundi.gov.bi/spip.php?article4303